Monthly Archives: May 2016

Kuba mubuzima burondera Imana 30.04.2016

Ubutumwa bwo ku wa 30/04/2016 Kuba mubuzima burondera Imana Iyo urondera Imana n’umutima wawe wose, Mpwemu araza akakurongora. Imana ibana nawe kandi ikagendana nawe muvyukora vyose. Nico gituma umuntu abanza gukuraho ivyo vyose bitajanye n’ubugombe bw’Imana, n’ijambo ryayo. Ugakora ivyo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Guhinduka mu vyiyumviro, ukizera Yesu Kristo wenyene 23.04.2016

Ubutumwa bwo ku wa 23/04/2016 Guhinduka mu vyiyumviro, ukizera Yesu Kristo wenyene. Iyo twumvise ijambo ry’Imana, tulabitahura, kandi tukaryizera, bica bitubera ubuzima, tukaba inzu ifise equipement zose, kandi tukaba n’abasirikare bari bien armee. Tukagenda dufise ibigwanishwa vyo muri Kristo Yesu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubuntu bw’Imana ni bwo budukiza gusa. 16.04.2016

Ubutumwa bwo ku wa 16/04/2016 Ubuntu bw’Imana ni bwo budukiza gusa. Kuko twari twaratandukanijwe n’Imana m’umitima yacu kubww’ivyaha vyacu, tugacika abansi b’Imana m’umitima yacu kubw’ibibi twakora. Ubuntu nibwo bwadukijije gusa, kubw’urupfu rwa Yesu Kristo yitanze ku Mana kubwacu, kuko twamwizeye.           … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment