Monthly Archives: April 2016

Kubaho mu bushake bw’Imana. (ukw’Imana igushaka) 02.04.2016

Samedi du 02/04/2016 Kubaho mu bushake bw’Imana. (ukw’Imana igushaka) Iy’umuntu yamenye Imana bihindura ubuzima bwiwe n’imibereho yiwe, kubw’ubushobozi bwa Mpwemu Yera. Birema ukwizera mu nuntu no kuyikunda. Urashikama atakikunyiganyiza kuko haribanga rikomeye wahishuriwe. Ariyo ngabire nziza y’Imana wakiriye, agakiza kavuye … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kumenya intsinzi y’Umwami wacu Yesu Kristo nico yagize abera. 26.03.2016

Pasika ya 26 / 03 / 2016 Kumenya intsinzi y’Umwami wacu Yesu Kristo nico yagize abera. Pasika s’umugenzo, n’icagezwe c’Imana. N’itegeko rikomeye Imana yahaye abana bayo ngo bamenye igituma bayihimbaza nivyo yabakoreye n’igituma babikora. Ikugirira ikimazi aruko umenye agaciro kayo, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kwubakira k’urutare ariwe Kristu no kuganzwa na Mpwemu W’Imana 12.03.2016

Ubutumwa bwa le 12.03.2016 Kwubakira k’urutare ariwe Kristu no kuganzwa na Mpwemu W’Imana -Matayo 7:24-29 Yesu ni we Rutare umwubakiyeho by’Ukuri aranesha, uwubatse k’urutare agira:ukwizera,agira ijambo ry’Imana muri we,agira intumbero. Umukristu w’ukuri agomba kugira intumbero ariyo Kuzabana na Yesu mw’ijuru,icyogihe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment