Monthly Archives: February 2016

Kugira umutima utanduye, kandi ushaka gukira. 20.02.2016

Ubutumwa bwa 20.02.2016 Kugira umutima utanduye, kandi ushaka gukira. Umwami wacu Yesu Kristo yaje kutubabarira, aratubohora, aradukiza, ndetse aduha amahoro n’umwidegemvyo vyo kugumana nawe. Yaje kugirango tumwizere, dufise imitima itunganye kandi itanduye. Ngo dukureho impwemu zihumanye n’ibigirwamana vyose twakuriyemwo. Matayo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuba mu buzima bwo kurondera Imana no kugendana nayo. 13.02.2016

Message du 13/02/2016 Kuba mu buzima bwo kurondera Imana no kugendana nayo. Iyuri mu buzima bwo kurondera Imana, ubana nayo, ukagendana nayo, ukanezeregwa ivyayo. Ukaba mu buzima bwo kuyubaha. Imana, ariwe Yesu Kristo niyo ushira imbere, ivyawe ukabigira ivya 2 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuguma mu masezerano y’Imana 06.02.2016

Ubutumwa bwo ku wa 06/02/2016 Kuguma mu masezerano y’Imana Kugirango duhimbare umutima w’Imana, nuko duhagarara mumasezerano yaduhaye, tukagendera mw’ijambo ryayo ndetse no muvyagezwe vyayo. Kandi gutabagwa kwawe no kumeregwa neza kwawe bihagaze mu kwubaha Uhoraho Umwami Imana, ukamwumvira. Itanguriro 2: … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imigambi y’Imana ni myiza ku bana bayo 30.01.2016

Message du 30/01/2016   Imigambi y’Imana ni myiza ku bana bayo. Imana yo mw’ijuru yerekanira ineza yayo mubo yatoranije. Kuko imigambi y’Imana arukugirira neza ubwoko bwayo no ku bahezagira. Kuva Imana irema abantu , ikarema ubwoko 2, yarabahezagiye, ibabwira ngo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kumenya neza Imana dukurikira n’ingene tuyirondera. 16.01.2016

Message du 16/01/2016   Kumenya neza Imana dukurikira n’ingene tuyirondera. Urukundo rw’Imana yacu ruraturera, ruratwigisha, rukaduhanura ndetse rukaturongora muvy’ukuri vyayo, kugirango abana bayo babeho neza. Ukumwaka utangura, duha Imana yo mw’ijuru ivyifuzo vyacu, be n’ivyubuzima bwacu. Nico twifuza kuzoba no … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Muzondondera kandi muzombona nimwandondeza umutima wanyu wose 09.01.2016

Ubutumwa bwo ku wa 09/01/2016 Muzondondera kandi muzombona nimwandondeza umutima wanyu wose. Iy’umuntu ashitsa ic’ijambo ry’Imana rivuga, nayo igashitsa amasezerano yayo. Kuko agakiza Imana yaduhaye kari mugushitsa ic’Imana yatugenye gukora. Nico gituma twebwe abana b’Imana dukwiriye kugarukana uruhara rw’Imana mu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment