Monthly Archives: December 2015

Yesu Kristo n’Umwami w’ubwiza 12.12.2015

Message du 12.12.2015 Yesu Kristo n’Umwami w’ubwiza Umwami wacu Yesu Kristo ariyo Mana yacu, niwe mwami w’ubwiza, amahoro n’icubahiro. Yaje guserurira ubwiza bwiwe muri twebwe abamwizeye, ihanga yatoranije, kugirango ubwiza bwiwe nicubahiro ciwe giserukire mubamwemeye, kandi bamwizeye. Kuko aba muri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Guhishurigwa ibanga ry’Umusalaba. 05.12.2015

Message du 05/12/2015 Guhishurigwa ibanga ry’Umusalaba. Imana yaragiriye ubuntu bukomeye abikigihe, iduhishurira ibanga ritahishuwe kera kubatwitangiye imbere, niryo ryerekana ubwenge bw’uburyo bwinshi n’ubushobozi bw’Imana. Abanyefeso 3: 1-12 ; Abanyef. 2 : 11-16 Mw’ibanga intumwa Paul yahishuriwe n’abandi bavugishwa n’Imana ryaseruye … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment