Monthly Archives: October 2015

Gushikanira Imana abana bato. 17.10.2015

Ubutumwa bwo ku wa 17/10/2015 Gushikanira Imana abana bato. Igihe Imana yarema abantu Adamu na Eva, yabaremye mw’ishusho yayo, ibaremana ubwiza bwinshi, ndetse murukundo rwayo. Ibamenyesha ibikwiye n’ibidakwiye gukogwa, kubw’ijambo yababwiye, kugirango barigenderemwo, ribabesheho, kandi ribaheshe kuguma munzira zayo no … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kubw’Umusalaba wa Yesu Kristo nta rubanza rukidutsinda. 10.10.2015

Ubutumwa bwo ku wa 10.10.2015 Kubw’Umusalaba wa Yesu Kristo nta rubanza rukidutsinda. Umusalaba wa Yesu Kristo ni yo karangamuntu k’abakijijwe. Kubw’uwo musalaba, twabaye umwe na Kristo Yesu. Tugira ubumwe butavangugwa na Kristo kuko Imana ariyo yabishatse. K’Umusalaba wa Yesu Kristo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Agakiza kabonekera mu kwizera. 03.10.2015

Ubutumwa bwo ku wa 03/10/2015 Agakiza kabonekera mu kwizera. Yesu Kristo yatuzaniye agakiza gakomezwa no kumwizera. Iyo ushikamye cane mu kwizera bituma ugira agakiza kagutuma haba igitinyiro c’Imana muri wewe, ukanka icaha kandi ukagitinya. Muri wewe Mpwemu Yera akumenyesha ukuri, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Agakiza n’iki? N’akande? 26.09.2015

Ubutumwa bwo ku wa 26/09/2015 Agakiza n’iki? N’akande? Agakiza n’ukumenya urukundo Imana yagukunze. Ugatahura neza aho uri niyo wavuye, n’igituma vyabaye!!!! Kandi ukamenya aho uja. Umuntu ategerezwa kumenya ingene umuntu akijijwe amera. Mbega se amera ate? Mw’Itanguriro 1: 26-29. Imana … Continue reading

Posted in Archives | 1 Comment