Monthly Archives: September 2015

Dukunde kandi twitangire aho turererwa mu gakiza 19.09.2015

Ubutumwa bwa 19.09.2015 Dukunde kandi twitangire aho turererwa mu gakiza     Imana yatugiriye ubuntu butangaje idukura mu ihonero iduha agakiza. Imaze kutugirira neza ntabwo yatwihoreye yaduhaye aho tuzokurira iduha urugo aho turererwa, twigishwa tugahugurana. Urushengero rw´Imana ubwambere n´ambere n´imibiri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Guca munzira ipfunganye 12.09.2015

Ubutumwa bwo ku wa 12/09/2015 Guca munzira ipfunganye Imana yahaye ijambo ab’Isirayeli, iribashira imbere kugirango abe ariryo ribarongora, ribabere umuco kandi ribakomeze, ribatere intege muvyo bacamwo kandi ribubake. Nico gituma Umwami Imana ashakako bagenda bibuka ivyo yabakoreye vyose, bakabimenyesha n’abana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuzigama( Kugumya) ikibitsanyo wabikijwe : Ubuntu wagiriwe n’Imana. 05.09.2015

Ubutumwa bwo ku wa 05/09/2015 Kuzigama( Kugumya) ikibitsanyo wabikijwe : Ubuntu wagiriwe n’Imana. Kubw’Urukundo Imana yadukunze, yatugiriye ubuntu iradutoranya, itugira ihanga yiharije, kugirango tugende dushitsa ishimwe ry’iyaduhamagaye, idukirishije ukuboko kwayo gukomeye. Kuvayo 6 : 2-8. Imana yibarira umusavyi wayo Mose,isubiramwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gusigwa amavuta n’Imana no kwambikwa n’Imana. 29.08.2015

Ubutumwa bwo ku wa 29/08/2015 Gusigwa amavuta n’Imana no kwambikwa n’Imana. Iy’Imana yagusize amavuta canke yakwambitse umwambaro, ni wewe ukeneye kumenya ingene ugendera umwambaro Imana yakwambitse. Kandi iguha ubwenge bwo kurongogwa na Yo muri vyose, ugashobozwa na Yo. Yesu Kristo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment