Kugira umutima umenetse urimwo inzara n ‘ inyota yo kurondera Imana. 21.07.2015

Ubutumwa bwo kuwa gatandatu 21.07.2015

Kugira umutima umenetse urimwo inzara n ‘ inyota yo kurondera Imana.

   Uyo mutima ugira umuntu akunda Imana cane kandi yatahuye urukundo rwayo. Reconnaissance y’aho Yesu Yagukuye, ukaba waratahuye mu buryo bwo muri Mpwemu urupfu Umwami Yesu yakukuyemwo akaguha ubugingo.
Efes.2: 4-10.
Mu gihe aguhishuriye aho aba agukuye,  ivyo vyaha aba agukuyemwo biguha nawe umugirira urukundo rwinshi.
Luc.7: 36-47.
Uyo mugore yaje kwa Yesu ababaye, ariko aza amukunze azana umutima umenetse kuko yashaka gutabagwa. Ni benshi Yesu yakiza bagaca bagumana nawe kuko bona ko yaba abakuye hàbi cane ntibipfuza gusubiza inyuma.
Imana igendana n’imitima imenetse kandi iciye bugufi ikayitabara.
Kugira umutima umenetse n’ingabire itangwa n’Imana.
N’ubwo vyoshika ukayicumurako ariko kuko uyikunda ubabazwa cane n’igishobora kugutandukanya n’urukundo rwayo. Esaie 57: 15
Akarorero ka Dawidi. PS. 51
Uyo mutima ugira umubabaro n’agahinda ko Ubuntu b’Imana bushobora kukuvako. Uyo mutima niwo Imana ikunda,ikaguha båra ikakweza igasubira kurema ishimwe mu mutima wawe.
Esaie 57: 17-18.
Ni vyinshi bishobora ku tu bloqua bikatubuza kwumva dukunze Imana cane n,umutima umenetse.
Ibibazo umuntu ashobora guhura navyo mu buzima bikamutuma ata ukwizera ,n’icaha.
 Ariko bivåne n’ikibanza wabihaye mu mutima.ivyo bibaza.
Ariko Imana iriko irategura imitima yacu kugira ngo yuzuranwe nå Yesu Kristo.
Colos.3: 5-10, 12-14.
 Iyo umuntu afise icaha mu mutima,ka gatima ko gukunda Imana kaja kure. Ariko waciyambura ukumva wongeye kuba musha, ukumva wongeye gukunda Imana gusumba. Ukumva hari iyindi niveau spirituel ugiyeko.
Turakeneye kuja ku rundi rugezo spirituel mu kumenya uku da Imana.
Ivyo navyo tubihabwa:
 – Kwicisha bugufi
-Kugamburukira Imana c.à.d gukora ivyo      yatugeze.
-Kwiyambura icaha
Kwiyegereza Imana.
Jacques 4:6-10.
Uko umuntu agira umutima uciye bugufi nå cane cane wubaha Imana, iraheza ikamukuza ikamushira no ku rundi rugezo spirituel.
  Imana yatugiriye Ubuntu I ka tugira ihanga rwayo,  niyo yaturemye. Kubw’imbabazi zayo irashobora kuduhinďura Ikaturemamo imitima misha ikaguha inyota n’inzara yo kuyikunda  no kuyikorera.  Ezek.36: 25-27.
This entry was posted in Archives. Bookmark the permalink.

Leave a Reply

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s