Ubutumwa bwo ku wa 01/08/2015
Imana yubaka ivyiyumviro vyacu
Ni muvyiyumviro vyacu dutangura kwegera Imana. Tukagira ivyiyumviro biri connecte ku Mana (nukuvuga bigu connecta ku Mana). Iy’umuntu afise ivyiyumviro bimu connecta ku Mana, aba yubatse ubuzima bwiza. Itanguriro 3 : 8-13 ; Adamu iyo agira kuguma mu bwiza bw´Imana aba yarahariwe.
Ab’I Filipi 4: 13-14 ; Kuvayo 15 : 2-3 ; Ivyakoz. n’Intumwa 2 : 4
Mu buzima umuntu abaho ahura n’intambara zitandukanye, ariko ugasanga umuntu afise ingorane zitagira inyishu kuko turabantu. Ariko naho umuntu atabona inyishu yibibazo vyiwe, ariko ukaba positif muvyo uriko uracamwo bituma ubaho witeze ibisubizo bituma ubwenge bwawe buba en connection n’Imana. Umu Kristo wese akwiye kugira ivyiyumviro biri mu Mana. Ibitugira umu Kristo n’ibintu 3 :
- Ubuntu bw’Imana; -Umusalaba; -Ubushobozi bw’Imama. Iyo turi muri vyo bituma tuguma mu bwiza bwayo. Kuko kuva mubwiza bwayo nikwo gupfa. Ariko guhunga Imana n’ukuguma imbere yayo. Ingorane Adamu na Eva bagize s’icaha bakoze nuko ba genre , ba traita icaha bakoze, bakibaza ico Imana ishobora kubagira: iyo basaba imbabazi, iba yarabahariye. Nkuko umusavyi w’Imana Dawidi yacumuye ku Mana, ariko imuhitishijemwo ibihano 3, ahitamwo kugwa mu maboko yayo. Imbabazi zayo zamaho ibihe bidashira , iraheza iramuharira. Yagize ivyiyumviro vyiza kuko yayihungiyeko. Ni wagomba kubona Imana yifate yose. Imana idu connecte nayo kugirango tugire ubwenge budu connecta n’Imana.
- Ibibazo tubibe hejuru, ingorane tuzibe hejuru. Kuko tuja mw’ijuru, ibibazo vyacu vyose tubishire muri Yesu. Amen
kristiansand