Monthly Archives: August 2015

Kugira umutima umenetse urimwo inzara n ‘ inyota yo kurondera Imana. 21.07.2015

Ubutumwa bwo kuwa gatandatu 21.07.2015 Kugira umutima umenetse urimwo inzara n ‘ inyota yo kurondera Imana.    Uyo mutima ugira umuntu akunda Imana cane kandi yatahuye urukundo rwayo. Reconnaissance y’aho Yesu Yagukuye, ukaba waratahuye mu buryo bwo muri Mpwemu urupfu … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira ukwizera gushikamye 15.08.2015

Ubutumwa bwa 15/08/2015 Kugira ukwizera gushikamye Ukwizera kurengera ivyo wewe ubonesha amaso yawe canke wumvisha amatwi, canke sens y’umubiri wawe. Kugira gushima Imana no kuyitazira, kuyishimira imbabazi zayo n’ubushobozi bwayo bihoraho ibihe vyose. Kubona kugira neza kw’Imana n’urukundo rwayo ruhebuje yama … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kubera iki tugomba kwubaka ivyiyumviro vyiza mu buzima bwacu? 08.08.2015

KUBERA IKI TUGOMBA KWUBAKA IVYIYUMVIRO VYIZA KU BUZIMA BWACU Ubutumwa bwa 08.08.2015 Mu vyiyumviro vyawe niho uremera Imana yawe cyangwa ukayica. Iyo umaze kwica Imana mu vyiyumviro vyawe no mu buzima bwawe birafa. Imana yakirwa numutima wizera atari ubwenge butahura. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imana yubaka ivyiyumviro vyacu 01.08.2015

Ubutumwa bwo ku wa 01/08/2015 Imana yubaka ivyiyumviro vyacu Ni muvyiyumviro vyacu dutangura kwegera Imana. Tukagira ivyiyumviro biri connecte ku Mana (nukuvuga bigu connecta ku Mana). Iy’umuntu afise ivyiyumviro bimu connecta ku Mana, aba yubatse ubuzima bwiza. Itanguriro 3 : … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira(kuzigama) ijambo ryavuzwe n’Imana mu mutima 25.07.2015

Ubutumwa bwo ku wa 25/07/2015 Kugira(kuzigama) ijambo ryavuzwe n’Imana mu mutima Ijambo ryose riva ku Mana riba umugisha ukomeye kuryakiriye akarikora, akarishitsa. Ijambo ryavuzwe n’Imana niryo ritubohora, kuko ritumenyesha ukuri, rikatweza. Ukwo kuri kukaduha kwidegemvya. Niryo ridutahuza ububi dufise buturimwo, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment