Monthly Archives: June 2015

Urukundo rw’Imana nigwo rudukiza gusa 13.06.2015

Kuwa gatandatu 13.06.2015 Urukundo rw’Imana nigwo rudukiza gusa Kubw’umusalaba wa Yesu Christo, abana b’Imana nta rubanza rukidutsinda. Kuko vyose vyarangiriye ku musalaba i Gologota. Abizeye tugenda twidegemva kuko Umwami wacu yanesheje. Atari kubwo kugororoka kwacu, ahubwo ni kubwurwo rukundo rwiwe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuguma mu muhamagaro wahamagariwe 16.05.2015

Samedi, le 16.05.2015 Kuguma mu muhamagaro wahamagariwe. Yesu Kristo yaje kuduhamagara kugirango tumwizere muvyo dukora vyose no mumibereho yacu, kuko iyo tumwizeye vy’ukuri nawe abana natwe, ndetse akazodushikana no kwa Data. Yohana 14: 1-7 &18-19. Yaratduhumurije cane, adutumira kumwizera, kandi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Wahamagariwe kunesha, Nico gituma ukwiye ku ba maso 06.06.2015

Ubutumwa bwo ku wa 06.06.2015 Wahamagariwe kunesha, Nico gituma ukwiye ku ba maso. Yesu Kristo yaduhaye ubushobozi bwose bwo kugwanya wa mugwanizi, kandi nkuko yanesheje, natwe aturimwo kugirango tube abanesha. Dukwiriye rero kwambara ibigwanishwa vyose vy’umukristo kugirango ntidutsindwe n’ubugunge bwa … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Umutima wizeye Imana (ukunda Imana) ni wo nayo yishimira. «ugira ubwenge buvuye ku Mana» 30.05.2015

Ubutumwa bwo ku wa 30.05.2015. Umutima wizeye Imana (ukunda Imana) ni wo nayo yishimira. «ugira ubwenge buvuye ku Mana» Iy’umuntu afise umutima wizeye Imana kandi ukunda Imana, ugira guhishurigwa no gutahura ijambo ry’Imana bizana umuco mu mutima wawe. Kandi iyo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment