Monthly Archives: May 2015

Gusenga twizeye bigira ikimazi imbere y’Imana. 09.05.2015

Ubutumwa bwo ku wa 09.05.2015 Gusenga twizeye bigira ikimazi imbere y’Imana. Umwami wacu Yesu Kristo dusenga kandi ariwe yaducunguye, yahawe ububasha bwose mw’ijuru no mw’isi ndetse n’ikuzimu. Mat 28:18. Azura n’ivyapfuye bikaba bizima, arema ibitariho bikabaho, kandi ubwo bubasha bwose … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuba munsi y’Umusalaba wa Yesu Kristo i Gologota. 02.05.2015

Message du 02.05.2015 Kuba munsi y’Umusalaba wa Yesu Kristo i Gologota. -Kuba munsi y’Umusalaba wa Yesu Kristo nikwo gutabagwa ubugunge bwa wa mugwanizi. —-Haba guharigwa ivyaha vyacu, tugahinduka basha mu kwezwa vy’ukuri tukagendera mu kugororoka. – Haba imitima misha ihindutse … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment