Monthly Archives: April 2015

Ndamaranira kugera aho dutanguranwa ngo mpabwe ingororano zo guhamagarwa kw´ Imana muri Kristo Yesu. 25.04.2015

Inyigisho ya Samedi 25.04.2015   Ndamaranira kugera aho dutanguranwa ngo mpabwe ingororano zo guhamagarwa kw´ Imana muri Kristo Yesu   Urukundo rw´Imana rwatumye asezerana ko atazongera kurimbura isi nyuma yigihe cya Nowa. Itanguriro 8: 21 Ariko abantu b´Imana bakomeje kugira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugwiza, canke kugira ubucuti bwuzuye na Yesu Kristo. 18.04.2015

Message du 18.04.2014 Kugwiza, canke kugira ubucuti bwuzuye na Yesu Kristo. Yesu Kristo yaje mw’isi gukiza abari muriyo, kugirango tumukunde, kandi tumwizere. Yaje yiyereka abatamuzi, kugira niyo bamumenya barushirize kumwegera , kumwizera ndetse no kugira urukundo rwiwe rugwiriye. Yohana 5: … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imigambi y’Imana ku bana bayo. 11.04.2015

Ubutumwa bwo ku wa 11.04.2015 Imigambi y’Imana ku bana bayo. Ku bw’uburukundo rwinshi Imana yacu yadukunze, yaduhaye n’amasezerano itugirako imigambi myiza, kandi tudacitse ibinebwe vyose biradushikako. Ariko ntitumenya inzira icishamwo kuko inzira zayo ar’ibanga ryayo yibikiye, twebwe tubona ikora gusa. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twashiriweho kugenda turama imbuto. 28.03.2015

Message du 28.03.15 Twashiriweho kugenda turama imbuto. Umwami w’ubugingo yatwihaye ngo tumumenye, atubemwo, kandi tumwizere tudakekeranya, twongere tumumenyeshe abandi kugirango ubwami bw’Imana bukwire hose. Harijambo rikomeye ryubugingo rir muri wewe Yesu Kristo ashakako uribwira abandi. Mariko 16: 15.18 ; Matayo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment