Monthly Archives: March 2015

Menya imigambi y,Imana ku buzima bwawe n’igituma uri umu Kristo 21.03.2015

Ubutumwa bwo ku wa 21.03.2015 Menya imigambi y,Imana ku buzima bwawe n’igituma uri umu Kristo. Umuntu wese Imana yamuremye imufitiye imigambi myiza. Kandi uk’umuntu wese ari nigikoresho ciza cane c’Imana kubwico Imana yamusizemwo. Kuvayo 4: 10-12 ; Matayo 25: 20-28 … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dutahure kandi tumenye ubasha bw’Umusaraba wa Yesu Kristo. 14.03.2015

Ubutumwa bwa 14.03.2015 Dutahure kandi tumenye ubasha bw’Umusaraba wa Yesu Kristo. Umusaraba wa Yesu Kristo niwo udutahuza koko urukundo Imana yadukunze, yo yemeye kurungika umwana wayo w’ikinege ngo aze awikorere kubwacu,n’urukundo Yesu kristo yadukunze we yemeye kubabazwa kugira ngo adukize. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira Yesu Kristo mu buzima bwacu, Tukamuha agaciro akwiye. 07.03.2015

Ubutumwa bwo ku wa 07.03.2015 Kugira Yesu Kristo mu buzima bwacu, Tukamuha agaciro akwiye. 07.03.2015 Imana yaduhaye umwana wayo Yesu Kristo kugirango abazomwakira akababamwo vy’ukuri abahe kwidegemvya, abahe amahoro n’umunezero mu buzima bwabo. Ndetse ababere inyishu y’ibibazo vyose bahura navyo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushikama mukwizera Imana 28.02.2015

Ubutumwa bwo ku wa 28.02.2015 Gushikama mukwizera Imana Iyo ushikamye mu kwizera Imana ugenda wama imbuto zikwiranye no kwihana. Ukamenya ico ukwiriye gukora. Nico gituma Umwami Imana idushakako agakiza gashitse. Suko twitwa amazina y’abana b’Imana canke yabakijijwe atariko itubona ndetse … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment