Message du 07/02/2015
Kwizera no kumenya gose ububasha bw’Imana.
Imana yaduhaye ijambo ryayo, ariko iragomba ko turishira mungiro mu buzima bwacu no mumibereho yacu. Kugirango tubeho tuyizeye, kandi twemere n,ububasha bwayo kugira ntiduhungabane mu rugendo turimwo ruja mw’ijuru. Kuko muriryo jambo yaduhaye harimwo ububasha bukomeye buva ku Mana butuma ibintu biba. 1Abami 17: 14-15. Aribwo butuma nivyo dusengera turihagazeko bigakoreka.
Nico gituma harico Imana irekura kikaba kugirango igeze abantu bayo kurundi rugezo mukuyizera no kwemera ububasha bwayo n’ubushobozi bwayo. 1Abami 17: 17-24Uwo mupfakazi yabuze umwana yiruka gushwanira umukozi w’Imana, ko yaje iwiwe kwibukiriza ivyaha vyiwe, ariko umukozi w’Imana amaze gusengera uwo mwana amwubarayeko, umwana aba muzima, amamuha mama wiwe akomeye. Ariko mwene Data menya ko Imana ariyo ikora ibitangaza, uhagarare kuvyo yagukoreye vyooose, uyibutse kandi wongere uyishimire bivuye ku mutima. Ivyawe nivyo wumvise muntahe ndetse no mubiri mw’ijambo ry’Imana. Bizogutuma wongegwamwo inkomezi mukwizera no mugusenga witeze ic’Imana ikomeza gushira amashimwe n’intahe muri wewe. Umenyeko ar’Imana ikora atari umuntu, ahubwo abantu tuba ibikoresho vy’Imana kuko duhagarara kw’ijambo mukwatura ibitangaza. Kuko iryo jambo ry’Imana tivuga niryo rija mungiro ibitangaza bigakoreka. Ivy’Intumwa 20: 7-12. Bariko barumviriza ijambo ry’Imana umukozi w’Imana Paul atebeje mu majambo, ariko umusore amaze gukoroka avuye kurie tege ya 3 agapfa, vyatumye bose banezegwa kubwibitangaza bikoretse bongegwamwo inkomezi mukwizera Imana no mukuyemera. Ivyak n’Intumwa 5: 1-11, Ananiya na Safira nabo batumbereye ahera h’Uhoraho batwaye umutima w’ububeshi n’ubugunge mumutima wabo, baja guhenda Mpwemu w’Imana mugushikanira Imana ivyo badandaje, ntibaba mukuri ngo bemangire ukuri, ariko Imana ikora ibitangaza bapfira aho nyene ako kanya. Abantu baratinya cane kuko babonye ibibaye. Mwene Data, reka twemangire Kristo Yesu mukwizera no mukwemera ububasha bwiwe, nawe atwemangire muvyo ducamwo, adutabare. Luc 9: 26 Amen
-
Recent Posts
Archives
- November 2021
- October 2021
- September 2021
- August 2021
- April 2021
- March 2021
- February 2021
- January 2021
- December 2020
- November 2020
- October 2020
- September 2020
- August 2020
- July 2020
- June 2020
- May 2020
- April 2020
- March 2020
- February 2020
- January 2020
- December 2019
- November 2019
- October 2019
- September 2019
- August 2019
- July 2019
- June 2019
- May 2019
- April 2019
- March 2019
- February 2019
- January 2019
- December 2018
- November 2018
- October 2018
- September 2018
- August 2018
- July 2018
- June 2018
- May 2018
- April 2018
- March 2018
- February 2018
- January 2018
- December 2017
- November 2017
- October 2017
- September 2017
- August 2017
- July 2017
- June 2017
- April 2017
- March 2017
- February 2017
- January 2017
- December 2016
- November 2016
- October 2016
- September 2016
- August 2016
- July 2016
- June 2016
- May 2016
- April 2016
- March 2016
- February 2016
- January 2016
- December 2015
- November 2015
- October 2015
- September 2015
- August 2015
- July 2015
- June 2015
- May 2015
- April 2015
- March 2015
- February 2015
- January 2015
- December 2014
- November 2014
- October 2014
- September 2014
- August 2014
- July 2014
- June 2014
- May 2014
- April 2014
- March 2014
- February 2014
- January 2014
- December 2013
- November 2013
- October 2013
- September 2013
- August 2013
- July 2013
- June 2013
- May 2013
- April 2013
- March 2013
- February 2013
- January 2013
Categories