Monthly Archives: January 2015

Kwiga canke kumenya kugendera mu masezerano. 24.01.2015

Message du 24/01/2015 Kwiga canke kumenya kugendera mu masezerano. Igihe cose Imana yavugana n’abantu bayo yatoranije yabaha amasezerano. Kuva kuri aburahamu sokuru wacu, ndetse na Isaka umuhungu wiwe, na Isirayeli, ba Dawidi ndetse n’abandi yagenda ababwira ngo nzobaha, uruvyaro rwawe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Twizere Imana muri vyose kuko Imana yacu ari Mana ikora ibitangaza. 17.01.2015

Twizere Imana muri vyose kuko  Imana yacu ari Mana ikora ibitangaza. 17.01.2015 Ukwizera niko kudushikana kumasezerano y,Imana. Itanguriro 17:16-17 Haratwigisha kwizera Imana mubintu ubwenge n,ubushobozi bw,umuntu bidashobora gutorera inyishu.Imana yasezeraniye umusavyi wayo Aburahamu ko izomuha umwana kuri Sara.Aburahamu aravye umubiri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ijambo ry’Imana rikurikirana n’ibitagaza: Kugwizwa 10.01.2015

Ubutumwa bwo ku wa 10.01.2015 Ijambo ry’Imana rikurikirana n’ibitagaza: Kugwizwa Iyo wizeyeko ijambo ry’Imana rikurikirana n’ibitagaza uragwira. Kandi n’ivyawe vyose bizogwira. Uyu mwaka gwiza kurondera Imana kwawe, ufatane n’umwami wacu Yesu Kristo, umwereke ubuzima bwawe, urugo gwawe, akazi kawe, amashure … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugwiza : Multiplication 03.01.2015

Ubutumwa bwo ku wa 03/01/2015 Kugwiza : Multiplication Iy’Imana ivuze ngo n’umwaka wo kutugwiza, habaharimwo ibintu vyinshi: kurondoka, gukuzwa, kuduzwa, gukiza, guhezagira, kubohora, kwongegwa amavuta mugukorera Imana, eka ndetse imigisha myinshi iba igiye kutubako ikadushitsa kurundi rugezo. #Nukuvugako abafise amasezerano … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Message y’umwaka wa 2015: Imana isezeranira abantu bayo : KUBAGWIZA NO KUBAHEZAGIRA

Mercredi le 31.12.2015   Message y’umwaka wa 2015: Imana isezeranira abantu bayo : KUBAGWIZA NO KUBAHEZAGIRA Iy’Imana inezererewe abantu bayo, irabishimira kandi ikabashirako umutima wayo. Igaca ibaha amasezerano arangwa n’umutima w’urukundo ibafitiye, ikababwira ivyo izobakorera kandi ikabishitsa iyo bagendeye imbere … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment