Monthly Archives: November 2014

Imana ntihemukira abayirondera 22.11.2014

Ubutumwa bwa 22.11.2014 Imana ntihemukira abayirondera Iy’Imana yagutoranije, ugaheza ukagendera mu nzira zayo, nta na 1 ishobora kuguhemukira canke ngo ikwibagire. Iyo utsitaye canke ugatirigana, kuko ata muntu adacumura, ariko ukamugarukako n’umutima wawe wose, nayo irigarura ikakugirira ikigongwe ndetse ikanaguhezagira, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira umutima urondera Imana 15.11.2014

Message du 15.11.2014 Kugira umutima urondera Imana Iyo umuntu afise umutima wo kurondera Imana muvy’ukuri, Imana nayo iramukunda kandi ikamunezereregwa. Ikamushoboza kwihangana ndetse ikamugirira neza. Gucurin. 3 : 25-26. Benuwo mutima urondera Imana ntishobora kuwuhemukira nkuko idahemuka na rimwe. Nico … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Abana b’Imana twahamagariwe kuba abera 08.11.2014

Ubutumwa bwo ku wa 08.11.2014 Abana b’Imana twahamagariwe kuba abera. Turi ihanga ryera, ubwoko twatoranijwe n’Imana, dukoranijwe kuba abami n.abaherezi, twashiriweho kuba inyegu yiharije ngo dukwize ishimwe ryiyaduhamagaye. Igihe twakira Yesu Kristo twahindutse abera, guhera urya mwanya Mpwemu Yera yatujemwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira ukwizera gukomeye mu Mana. 01.11.2014

Message du 01/11/2014 Kugira ukwizera gukomeye mu Mana. Haraho ukeneye gushika, kandi harico ukeneye gukora kugirango ukwizera kwawe gukomere muri Kristo Yesu. Gushika i Gologota. Iyo haraho umuntu atarashika, ukwizera kwiwe gushobora kunyiganyizwa. Ariko haraho ukeneye kubanza gushika kugirango ntihagire … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment