Monthly Archives: October 2014

Shira ukwizera kwawe mu Mana ugire kwihangana gukomeye 11.10.2014

Samedi le 11/10/2014 Shira ukwizera kwawe mu Mana ugire kwihangana gukomeye. Mu buzima ru Kristo turimwo dukwiye kugira ukwihangana gukomeye kandi guhagaze mukwizera Imana dusenga be n’ijambo ryayo, kugira dushike ku masezerano yacu. Ijambo ry’Imana riratubwira ingene Yosefu yahagaze kuc’Imana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Unyizera, ibikogwa jewe nkora nawe azobikora 20.09.2014

Ubutumwa bwa le Ubutumwa bwa 20/09/2014 Unyizera, ibikogwa jewe nkora nawe azobikora Yesu Kristo aratubwira ngo tumwizere kugirango yerekanire ububasha bwiwe muri twebwe abizeye. Yerekanye ibikogwa vyiwe bitangaje, yongera aduha ijambo ryiwe ngo tumwizere, niyo twizera azoduha ububasha n’ububashobozi bwo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuba mu bugingo bushasha : Dufise Umutima musha. 04.10.2014

Ubutumwa bwo ku wa 04.10.2014 Kuba mu bugingo bushasha : Dufise Umutima musha. Uhoraho Umwami Imana mukuturema yaturemye mw’ishusho yiwe. Iturema itwishushanijeko kugirango tugende dusa nayo mukubaho kwacu no muvyo dukora vyose. Bivugako yashaka ko imibereho yacu nibikogwa vyacu yashaka … Continue reading

Posted in Archives | 2 Comments

Ku musaraba i Gologota intango y´Agakiza. 27.09.2014

Ubutumwa bwa 27.09.2014 Ku musaraba i Gologota intango y´Agakiza   Ku musaraba i Gologota niho twaronkeye agakiza bituma duhinduka abana b´Imana. Gira kuba umukristo w´ukuri. Gira Gologota intango y’agakiza kawe. Yesu Kristo yaje kungira umugeni kuko yagiye kuntegurira ikibanza. Niba … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment