Monthly Archives: September 2014

Dutumbere Yesu wenyene. 13.09.2014

Ubutumwa bwo ku wa 13/09/2014   Dutumbere Yesu wenyene. Izina ry,Umwami wacu Yesu Kristo niryo twahawe kugirango uzomutumbera wese, akamumenya na canecane akamwizera ntazokogwa n’isoni. Ububasha bwose yabuhawe na Data ku bari mw’isi bose ndetse no kuvyaremwe vyose mw’ijuru mw’isi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dukorere Umwami wacu Yesu Kristo 06.09.2014

Dukorere Umwami wacu Yesu Kristo Ubutumwa bwa 06.09.2014 Yesu aratubwira ngo umwizera azakora ibikorwa nawe yakoze. Amaze kuzuka abwira abigishwa be ko yahawe ububasha bwose mu isi no mu ijuru arabatuma ngo bagende bahindure abantu bo mu mahanga yose abigishwa, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imana igufitiye imigambi myiza.30.08.2014

Imana yakuremye igufitiye umugambi Mwiza    Imana ijya ku kurema yakuremye mu ishusho yayo .Itangiriro 1:26-29. Uwiteka Imana imaze kurema umuntu imujyana mu ngobyi ya Edeni ngo: 1.ayibemo 2.ahingire ibirimo 3.ayirinde.Itangiriro 2:15. Imana imaze kurema umuntu yamushakiye aho kuba ariko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubutumire

Urushengero Pentekote Gilugali Kristiansand rufite umunezero wo kubatumire mu gikorane cyo gushima no guhimbaza Uwiteka Imana ku bitangaza yakoze kuva igikogwa cy´Imana gitanguye. Hashize imyaka cumi igikogwa cy´ Imana gitanguye. Urushengero nagwo rukaba rumaze imyaka 6 rushinzwe. Kuza kwifatanya natwe … Continue reading

Posted in Amatangazo | Leave a comment