Monthly Archives: August 2014

Zigama agakiza wahawe. 23.08.2014

Ubutumwa bwa 23.08.2014 Zigama agakiza wahawe. Umwami wacu Yesu Kristo yatuzaniye agakiza, aduha ubugingo. Kandi ubwakira wese aburonke busagutse. Iyo tumaze kugahabwa iba igomba gukora ikintu gisha mu bugingo bwacu. Ikanahezagira igikogwa cose yaduteguriye , igahezagira ishengero ryaronse ubugingo bwagutse … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushikanira abana bato Imana.16.08.2014

Message du 16/08/2014 Gushikanira abana bato Imana. Kuva Imana irema abantu yabaremye mw’ishusho yayo, ibaremana urukundo rwinshi caane, kandi iturema mw’ishusho yayo. Ibaha kumeregwa neza no kubaho neza batavunitse. Ibamenyesha ibikwiriye n’ibidakwiriye, ibicishije mw’ijambo ryayo. Kugirango umuntu wese azorigenderamwo rimuheshe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

“Uwahamagawe n’Imana agira kwumvira bigatuma agera kw’Isezerano ryiwe”

“Uwahamagawe n’Imana agira kwumvira bigatuma agera kw’Isezerano ryiwe” itangiriro 12:1-3, Nkuko Aburahamu yahamagawe niko natwe twahamagawe, Kugirango tugere ku masezerano tugomba nokugendana kwumvira Imana niho tugira amahoro murugendo rujya mw’Ijuru. Itang. 16:1-4,21:9-12 Imana yariyarasezeraniye Aburahamu na Sara kuzabyara Izaka,ariko Sara gutegereza … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment