Monthly Archives: June 2014

Agakiza n’iki? 21.06.2014

Message du 21/06/2014 Agakiza n’iki? Agakiza nugufata icemezo co gukurikira Yesu Kristo. Nukubaho mu buzima buhindutse kandi buhinguwe gose, turi basha. Turongogwa na Mpwemu Yera, muvyo dukora no mumvugo yacu yose. Tukabaho mu buzima bwo kwubaha Imana mukugendera munzira zayo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Igikogwa ca Mpwemu Yera. 07.06.2014

Message du 07.06.14 Igikogwa ca Mpwemu Yera. Igihe Umwami wacu Yesu Kristo yaduzwa mw’Ijuru, Yerekanye urukundo ruhebuje mubamwemeye, bituma atabasiga nk’impuvyi, abasezeranira kubarungikira Mpwemu Yera ngo aze abafashe, ababere umuhanuzi, abashoboze muvyo bakora vyose, ababere umwigisha mw’iza, abemeze ivya Data … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu Kristo yaje kutubohora.24.05.2014

Ubutumwa bwo ku wa 24.05.2014  Yesu Kristo yaje kutubohora. Kubw’ububasha bwa Mpwemu Yera bwakorera muri Yesu Kristo, nico gituma natwe abaja mw’ijuru yaje kudukuramwo ivyo gukorera mumubiri, dukoreshwa n’ubwenge bw’abana b’abantu, kugirango turongogwe na Mpwemu Yera. Tugire ubwenge bwo muri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Mweho munyita nde? Umwita nde?31.05.2014

Message du samedi le 31. 05. 14 Mweho munyita nde? Umwita nde? Turakwiye kumenya cane Imana irikumwe natwe kugirango tugendere mu bugombe bwayo. Dukoreshwe nayo. Iyo uyizi vyukuri iguha ububasha, kandi ukaba igikoresho cayo. Ndetse no mu buzima bwawe, muri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu Kristo zina riruta ayandi mazina yose. 17.05.2014

Samedi le 17/05/2014 Yesu Kristo zina riruta ayandi mazina yose. Iryo zina niryo muco w’abantu bose, mu mahanga yose. Imana Data wa twese yarishize hejuru kugirango arirutisha booose, ariha ububasha bwose n’ubushobozi kugirango abamwizera baze bashike ku vyo yabateguriye ndetse … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment