Monthly Archives: May 2014

Unesha niwe azokwambikwa impuzu zera. 10.05.2014

Ubutumwa bwo ku wa 10.05.2014 Unesha niwe azokwambikwa impuzu zera. Ivyah Yohana 3 : 5-6 Umwami wacu Yesu Kristo yaraje aduha agakiza, araducungura, aratugwanirira kandi aduha natwe kunesha. Yongera atwereka inzira ija kwa Data kandi irapfunganye. Abazoyicamwo amazina yabo ntazokwigera … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Urukundo rw’Imana.03.05.2014

Ubutumwa bwo ku wa 03-05.2014   Urukundo rw’Imana. Urukundo rw’Imana ni rwo rudukiza rukadutabara. Kubwurwo rukundo Imana yakunze abana bayo rwatumye iduhoza kw’ijisho ryayo kandi ndetse ikumva no gusenga kwabo, igaheza igakomeza gushitsa amasezerano yabasezeraniye. Kuvayo 3 : 9-22. Igihe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment