Monthly Archives: April 2014

Kugira ijambo ry’Imana mu mutima wawe. 26.04.2014

Ubutumwa bwo ku wa 26:04.2014 Kugira ijambo ry’Imana mu mutima wawe.  Umwami wacu Yesu Kristo yaduhaye ijambo ngo turigenderemwo, turimenye, turibemwo naryo ritubemwo mukuryizera kugirango rigire ikimazi mu bugingo bwacu. 1 Ab’I Korinto 1:18. Kubizera, iryo jambo niryo ridukiza kandi … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Pasika= Intsinzi 19.04.2014

Pasika= Intsinzi Mwizuka ry’Umwami wacu Yesu Kristo, twaharonkeye intsinzi muri vyose muvyo duhura navyo turi mumubiri, ariko kubwo kwizera uwo Mwami yatsinze natwe tuzokwama tunesha ibihe bidashira. Kenshi umubiri uratunaniza ariko kubwukwizera Umwami yesu vyose arabidushoboza akatuneshereza nkuko nawe umubiri … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gahunda y´amasengesho

Kuwa gatanu: kl. 16:45- 20:30 p.m Igicaniro Inama y´abashingsne Kuwa gatandatu: kl.  11 : Umubatizo kl. 14 – 16: Amasengesho Ku cyumweru: kl. 13 -17 : Inyigisho ku bashakanye

Posted in Amatangazo | Leave a comment

Kugira intsinzi mu majambo no mubikogwa 12.04.2014

Message du 12.04.2014 Kugira intsinzi mu majambo no mubikogwa Umwami wacu Yesu Kristo yaduhaye intsinzi muri vyose nkuko yanesheje ku musalaba ngo natwe tube abanesha muri vyose. Haba mu vyaha tubineshe haba mungorane canke mu bibazo vyose yarabinesheje abibamba ku … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Wahawe ububasha bwo kugera ah’Imana igushaka. 29.03.2014

                                                                                … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Dusenge ubudasiba. 22.03.2014

Dusenge ubudasiba. Ijambo ry,IMANA muri Luka 21,36 riratubwira ngo twame tugavye,dusenge ibihe vyose…GUSENGA ni kimwe mubigwanisho  bikomeye umu kristu uwariwe wese agomba kugira.Ugusenga nukuvugana n,IMANA .nukuyibwira ivyo dukeneye kandi mumasengesho niho natwe itugenderera ikatubwira ico itugombako. Ugusenga ntabwo ari ingabire … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment