Monthly Archives: March 2014

Kugira umutima uhimbara Imana.15.03.2014

Kugira umutima uhimbara Imana. Ubutumwa bwa 15.03.2014 Imana yarakunze abantu bayo urukundo rwagahebuza, ibarutisha amahanga yose yo mw’isi. Ikibiruta iduha umwana wayo w’ikinege Yesu Kristo ngo tumwizere. Kand’umwizeye wese aramubohora, akamukiza ivyaha vyiwe, ubugwayi ndetse ningeso zose zitari nziza zavuye … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushikama mu kwizera Imana. 01.03.2014

Ubutumwa italiki 01.03.14 Gushikama mu kwizera Imana. Umwami wacu Yesu Kristo yaje ngo tumwizere, ntitunyiganyige mu kwizera kwacu, ariko dushikame cane. Kuko gushikama kwacu ariho Satani anesherezwa, Imana nayo ikahiheshereza icubahiro cayo. Naho mugushikama mu kwizera hari vyinshi dushobora guhura … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira uwundi mutima ushimwa n’Imana. 22.02.2014

Ubutumwa italiki 22.02.2014  Kugira uwundi mutima ushimwa n’Imana. Kub’agakiza Umwami wacu Yesu Kristo yaduhaye, arashaka ko duhinduka tukagira umutima musha, ushikamye kuri we, yejejwe kandi irimwo inkomezi ziwe kuko hariho ibanga ryiwe twatahuye: NUKO VYOSE BISHOBOKERA MURI WE. Dutegerezwa kugira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment