Monthly Archives: February 2014

Kwongera kwuburura umubano wacu n´Imana, twatura ko afite ubushobozi. 08.02.2014

Ubutumwa bwa 08.02.2014 Kwongera kwuburura umubano wacu n´Imana, twatura ko afite ubushobozi  Umwami Imana yacu amaze iminsi aduhamagarira kugira ikanguro mu gakiza kacu. Duhereye aho uyu mwaka watanguriye gushika ubu tumaze kwumnva icyo Umwami Imana ashaka ko dukora kugirango twisusuzume … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Urukundo rwa Data wa twese rwaduhinduye abana b’Imana. 01.02.2014

Ubutumwa bwo kuwa 01.02.2014 Urukundo rwa Data wa twese rwaduhinduye abana b’Imana. Imana yaradukunze urukundo ruhebuje, rugoye gutahugwa n’abana b’abantu, mukuduha umwana wayo w’ikinege ngwaze kupfira abari mw’isi. Kandi ugwo rupfu yapfuye n’igwo gwaduhinduye abana b’Imana, abamwizeye. Kandi umuntu wese … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kwumvira Imana.25.01.2014

Ubutumwa bwo ku wa 25.01.2014 Kwumvira Imana. Imana yatoranije abana bayo kugirango bayumvire, bayiheshe icubahiro nayo iciza ibane nabo ibahezagire mukubaho kwabo kwose, baroranigwe, ndetse bagire niherezo ryiza. Kwumvira Imana ugashitsa ivyivuze bituma nayo igushitsako ijambo ryayo. Mat 21: 28-32, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Tumenye Imana dufite kugira ngo tugume mu byizingiro. 18.01.2014

Ubutumwa 18.01.2014 Tumenye Imana dufite kugira ngo tugume mu byizingiro. Mose yavukiye mu muryango  w,abaheburayo. hari  mu buretwa,mu mibabaro,ariko Imana iraza imukuramo ngo aze abohore ubwoko bwayo. Imana yamukoreye ibitangaza byinshi mu maso ye kugira ngo yibonere ubwe imbaranga zayo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Imana izogucira inzira. 11.01.2014

Ubutumwa 11.01.2014 Imana izogucira inzira. Urukundo rw’Imana rukikuje abantu bayo, rukabakiza, rukabarokora muvyo bahura navyo no muvyo bacamwo vyose, kuko bizeye Imana. Itanguriro 18: 1-19. Mu bihe vyose Imana yacu irakora kandi ntakiyinanira. Aburahamu yahagaze neza yuzuye urukundo rw’Imana, akanayikorera … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment