Monthly Archives: December 2013

Menya k´uri mu biganza vyiza vy’Imana. 28.12.2013

Samedi le 28 .12 .2013 Menya k´uri mu biganza vyiza vy’Imana. Ijambo ry’Imana ryaje ngo turyizere kandiyo turyizeye bitubera kuno. Imana yahisemwo abantu bayo kandibaha amasezerano, kandayo masezerano arashika kuwizeye wese. Itanguriro 12:1-4 , Nehemiya 9: 7-8  Imana yahamagaye Aburamu, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ubeze mukuri: ijambo ryawe niryo kuri

Message du 21/12/2013   Ubeze mukuri:  ijambo ryawe niryo kuri Umwami wacu Yesu Kristo yaje kutumenyesha ukuri, ngo tumenye Imana y’ukuri n’Umwana wayo. Kandi abamwemeye bose yabahaye ubugingo budashira. Ubwo bugingo budashira twabuhawe mukumenya Imana y’ukuri na Yesu Kristo Umwana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Raba neza uwo muhagararanye. 14.12.2013

Message du 14.12.2013 Raba neza uwo muhagararanye. Raba neza uwo muhagararanye kuko niwe azoguha ubwenge bwo gushikira ivyo wifuza. Abantu benshi bakunda kwiyemera ubwabo, canke bakemera uko bigishijwe canke ivyo bakuriyemwo, bigatuma bibananira kwisuzuma ngo bace bugufi  Imana ibabohore. Ntibagomba … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu yaje gutangaza inkuru nziza. 07.12.2013

Ubutumwa bwa 07.12.2013 Yesu yaje gutangaza inkuru nziza. Kubw’urukundo Yesu Kristo yakunze abari mw’isi rwatumye aza guhumuriza no kuremesha abamwizeye bose, kugirango ivyo bacamwo canke bahura navyo mu buzima, bagire kumwizera kandi bareme. Yohani 12: 44-47. Hari ibintu bikomeye yaje … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu Kristo yaje ngo tumwizere. 30.11.2013

Message du 30.11.2013 Yesu Kristo yaje ngo tumwizere. Imana Data wa twese yaduhaye Umwana wayo Yesu Kristo ngo tumwizere kandi uzomwizera wese ntazakogwe n’isoni, kandi ntaze apfe rubi. Yaje kudukiza icaha, ububasha bw’icaha n’ubushobozi bwaco. Icaha nico kibera aba kristo … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment