Monthly Archives: October 2013

Gushikanira umwana Imana. 26.10.2013

Gushikanira umwana Imana. 26.10.2013 Imana yaremye abantu mu rukundo rwayo rwinshi. Ibarema mw’ishusho yayo, ndeste ibaha imigisha myinshi yabateguriye kw’isi, Yongera ibabwira ico badakwiriye gukora. Babaho neza cane atakibavuna, ata nkomanzi nimwe. Ariko icaha kirabinjiranabacumura ku Mana Rurema mukudakurikiza ic’Imana … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kugira imigenderanire myiza n’Imana

Samedi le 19.10.2013 Kugira imigenderanire myiza n’Imana Imana yacu irashaka ko tugira imigenderanire myiza nayo kuko twayimenye. Nkuko Yesu Kristo yaje kudukurako ubwansi bwari hagati yacu n’Imana yacu, atugira incuti zayo kubw’umusalaba wiwe, waherahejwe n’urupfu n’izuka ryiwe. Kugirango uzomwizera wese … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Menya neza ububasha n’ubushobozi bw’Izina ry’Imana yacu, Umwami wacu Yesu Kristo.

Samedi le 05/10/2013 Menya neza ububasha n’ubushobozi bw’Izina ry’Imana yacu, Umwami wacu Yesu Kristo. Imana yacu yaduhaye izina ryayo ngo turibemwo, turyizere kandi turikoreshe kuko rifise ububasha bwose ku bintu vyose. Kuko kubizera bose, gushika n’ubu Imana iracarema. Iracahindura amategeko … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Yesu avuga ati mubo wampaye nta númwe najimije

Message du 28.09.2013 Yesu avuga ati mubo wampaye nta númwe najimije Umwami wacu Yesu Kristo yaje kudukiza icaha, ngo ubugome n’ubugarariji n’ingeso zose umwami w’isi yatwanduje tubivemwo, duheze twambare ukugororoka, tugendane ingeso nziza n’ibikogwa biranga aba Kristo aribo bana b’Imana. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment