Monthly Archives: August 2013

Urukundo rw’Imana rukomeza abana bayo ndetse rukanazigama abatayizi. 24.08.2013

Ubutumwa bwo ku wa 24/08/2013 Urukundo rw’Imana rukomeza abana bayo ndetse rukanazigama abatayizi. Kubw’urukundo Imana yacu ikunda abo yaremye mw’ishusho yayo, yirimbura igihe cose kuvyo ibagirira. Ntidukorera ibihwanye nivyo twakoze canke n’ivyo dukora. Abacunguwe n’Umwami Yesu Kristo, arabahindura akabagira abakundwa … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Shira ukwizera kwawe ahantu hukuri. 17.08.2013

                                          Ubutumwa bwa le 17.08.2013  Shira ukwizera kwawe ahantu hukuri. Ukwizera nikwo gutanga balance mu gakiza. Abantu bakunda gushira ukwizera … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ukugaruka k’Umwami wacu Yesu Kristo. 10.08.2013

Ubutumwa bwo ku wa 10/08/2013 Ukugaruka k’Umwami wacu Yesu Kristo. Imana yacu  irashaka ko tumenya neza ubuzima ru Kristo twahawe ndetse niherezo ryavyo ku mu Kristo wese. Menya icurico Yesu ataraza nicuzoba Yesu amaze kuza. Ivyahishuriwe Yohana 18:4; 1 Ab’Itesalonike … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gahunda y´inyigisho za Bibiliya

Gahunda yínyigisho mu ijambo ry´Imana zikakomeza muri cellure za Volleyberg, Songdalen na cellure y´abajeunes. Izi nyigisho zitumiwemwo abanyarushengero bose n´abandi bose babyifuza. Ikaze mu izina rya Yesu Kristo. Izindi nyigisho zizatangwa muri gahunda y´abanyamasengesho. Iyi gahunda tukaba iri mu bufatanye … Continue reading

Posted in Amatangazo | Leave a comment

Turubwoko butavumika: Ntakizodushikura mu kuboko kw’Imana.

Ubutumwa bwo ku wa 27.07.2013 Turubwoko butavumika: Ntakizodushikura mu kuboko kw’Imana. Umwami wacu Yesu Kristo yaje kutubera inkinzo, yikorera ivyaha vyacu vyose n’imivumo yacu yoose. Aduhindura ihanga rikomeye kandi ritavumika, ngumwizera wese ntihagire ikizomukura mu kuboko kwiwe. Yohana 10: 25-30. … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Amasezerano y’Imana atera ivyizigiro. 03.08.2013

Ubutumwa bwo kuwa 03.08.2013 Amasezerano y’Imana atera ivyizigiro.  Imana yacu n’Imana y’amasezerano. Yuzuye urukundo rwinshi n’imbabazi nyinshi. Ishitsa amasezerano yayo kubayumvira bakagendera  munzira zayo. Kandiyo turi mu masezerano hashobora kuba ukugeragezwa gukomeye, ariko ivyo vyose ntibihindura ic’Imana yadusezeraniye. Umenya neza … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Ducishe bugufi imitima yacu twuzure kandi dukoreshwe na Mpwemu Yera 13.07.07

Ducishe bugufi imitima yacu twuzure kandi dukoreshwe na Mpwemu Yera 13.07.07   Yohani 9:24-41 Abafarisayo bari buzuye ukutizera nibihari baharira kugitangaza Yesu yari yakoze mu gukiza uwavutse ar´impumyi. Ukudaca bugufi kwabo ngo bemere ububasha bw´Imana niko  kwabatsindishirije.   Ukwishira hejuru … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment