Monthly Archives: June 2013

Gutabarwa kwacu kuri k´Umwami wacu, Duhange amaso Yesu gusa. 22.06.2013

Ubutumwa bwa 22.06.2013 Gutabarwa kwacu kuri k´Umwami wacu, Duhange amaso Yesu gusa. Ivyo twifuza, dukora,tugenderamo duhange amaso Yesu azadutsindishiriza. Turashobora kuba twarahanze amaso abantu,ababyeyi,abavandimwe…ariko haraho batageza kandi  batarenza. Twabonye umuntu wari umugaye imyaka 38. Yarebye hirya no hino abura uwamufasha … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Umwami wacu Yesu Kristo yatuzaniye ubutumwa bwiza bw’ubwami bw’Imana aribwo butubeshaho. 15.06.2013

Ubutumwa 15.06.2013 Umwami wacu Yesu Kristo yatuzaniye ubutumwa bwiza bw’ubwami bw’Imana aribwo butubeshaho. Ijambo ry’Imana twahawe n’Umwami wacu Yesu Kristo niryo ritubeshaho, kuko turyizeye, tugahagarara muri ryo, tukagendera muri ryo, Imana nayo ibana natwe, niryo ridukiza gusa, rikadushitsa kuvyo twifuza … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Kuba mu kuri tukagira ubwenge bwa Mpwemu Yera. 08.06.2013

Message 08.06.2013 Kuba mu kuri tukagira ubwenge bwa Mpwemu Yera. Umwami wacu Yesu Kristu yaje kutumenyesha ukuri, kandi ukwo kuri arikwo kuduha kwidegemvya. Tukabaho neza. Nico gituma Umwami Imana ashaka ko ukwo kuri tukumenya kandi tukakugenderamwo, dufise ukugororoka kuva ku … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Gushikanira abana Imana 01.06.2013

Gushikanira abana Imana. Bene Data bakundwa muri Kristo Yesu, kuva Imana irema umuntu yamuremye mu Rukundo rwayo no mw’ishusho yayo. Imuha ivyagezwe n’amabwirizwa yayo kugirango babigenderemwo, bibatere kw’ubaha Imana kandi arivyo bizotuma babaho neza kandi bazorambe. Ariko umuntu siko yabikoze, … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment