Monthly Archives: March 2013

Dufite Amaso yo muri Mpwemu tubona Ubuntu bw’Imana. 16.03.2013

Niba twahumukaga amaso yo muri mpwemu tukabona ubuntu bw,Imana budukikuje imbere,inyuma n,impande zose ntabwoba twangira. Kera twari tuboshywe n,ibyaha bitandukanye. ubuntu buraza buratubatura turidegembya.  Imana yaturemye muburyo budasanzwe iremera iduha ishusho yayo. kuki itaturemye mu yindi shusho? Ni ubuntu bwayo. … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Ijambo ry’Imana n’itara ritumurikira mu rugendo ruja mw’Ijuru. 09.03.2013

Ijambo ry’Imana n’itara ritumurikira mu rugendo ruja mw’Ijuru. Imana yavugishije abavugishwa nayokugirango itumenyeshe ukuri kandi ariko kuzotujana mw’ijuru. Kuko iyo twizeye ariy’Ukuri. Irashaka ko ukuri kwayo kutubamwo kugirango kuzotwinjize mw’ijuru. Mu bintu vyose no kumpande zose harivyo Imana itwigisha kugirango turonke ubugingo budashira. Hamwe … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment

Urukundo rw’Imana turuhabwa na Mpwemu Yera. 02.03.2013

Ubutumwa bwo ku wa 02.03.2013 Urukundo rw’Imana turuhabwa na Mpwemu Yera. Twebwe ivyaremwe bisha muri Kristo Yesu, ikigira ikimazi imbere y’Imana yacu n’urukundo rukoreshwa no kwizera. Ushobora kuba wibaza ngo ndakijijwe gose, canke ndi mw’idini iri canke iri, ariko utagira … Continue reading

Posted in Archives | Leave a comment