Monthly Archives: February 2013

Ububasha n’ubushobozi buri muri Kristo Yesu 23.02.2013

Ubutumwa bwo ku wa 23.02.2013         Ububasha n,ubushobozi buri muri Kristo Yesu. Uhoraho Umwami Imana yahaye ububasha n’ubushobozi Umwami wacu Yesu Kristo bukorera muri we, no mw’izina ryiwe. Nico gituma umwizera wese atazokwigera atsindwa n’urubanza canke ngo amaramare kuko uwo yizeye … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Igitaramo cy´indirimbo zo gutambira Imana

Hari igitaramo cy´ indirimbo n´intambo z´iwacu mu guhimbaza Imana. Igitaramwo kizabera muri Filadelfia Vennesla ku wa gatandatu 11.05.2013. Iki gitaramo kizabamwo no gusangira indya z´iwacu, kigamije gukusanya inkunga yo kwubaka ingoro y´Imana. Murahawe ikaze.

Posted in Amakuru, Amatangazo | Leave a comment

Ukwizera kugaragarira mu bikogwa 16.02.2013

Luka 18:1-8 Yesu atwigisha gusenga no kwinginga Imana. Imana yacu ni Rukundo, ifise umutima wikigongwe, imbabazi zayo ni nyinshi. Yemeye gutanga umwana wikinege ngo aducungure, nibindi vyose dukeneye mu buzima bwa misi yose irabiduhera ubuntu. Yesu adusaba kwizera Imana no … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Tagged , , | Leave a comment

Kwizera Imana Message 09.02.2013

Kwizera Imana Kwizera Imana niyo ntanguriro y`agakiza kubakiye ku Mwami Imana. Kuko iyo tuyizeye niho nayo yiyerekanira. Iyo umutima wawe uhagaze mukwizera Imana mu vyukuri, umubiri wawe utandukana n,icaha Mpwemu Yera akabana nawe Itanguriro 17:17-22.  Aburahamu yizeye Imana n’umutima wiwe … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment

Guca bugufi imbere y’Imana no kuyubaha Message 02.02.2013

Guca bugufi imbere y’Imana no kuyubaha Imbere y’Imana nta na kimwe kiza kirusha ububasha n’ubwiza nko guca bugufi imbere yayo no kuyubaha. Tugakora ivyo ishaka tukagenda uko ishaka tubishobojwe nayo, kuko nivyo vyerekana ko turi abana b’Imana nyakuri, kandi nayo ikatwishimira. … Continue reading

Posted in Ubutumwa | Leave a comment