Ubuntu bw’Imana butwinjije mu mwaka w’ibihe bishasha wa 2013 31.12.2012-01.01.2013

Ubutumwa bwa 31.12.2012-01.01.2013

Mwene Data Imana yatoranije, hari ijambo ryiza Imana igufitiye muri uyu mwaka wa 2013, n’ukubuntu bwayo butwinjiza mu bihe bishasha tutigeze kubona, tukava muvyo tumaze mwigihe, tukinjira mu bindi bihe bidushira mu bwiza bw’Imana buhambaye.

Wahora mu bihe vy’umubabaro, akira kwinjira mubihe vyo gutwenga, umunezero uvuye ku Mana kuko uhagaze neza mubugombe bwayo. Luka 1: 31-33 & 45-52. Ubwo buntu bukujana mu bihe bishasha, nibihe utigeze wiyumvira ndetse. Waba mu munezero canke mu mubabaro, ubuntu bw’Imana bukuduza ku rundi rugezo umutima wawe ukuzura umunezero nivyishimo birengera ubwenge bwawe. Yesaya 66:14, Yesaya 65: 9-10&16-19. Komeza kuronderana Uhoraho umwete, nawe arakuremera ijuru risha n’isi nsha, ivya mbere ntibizokwibukwa kandi ntibizokwiyumvigwa. Amen Amen.

Mwene data nahawe rero ho kumenya ingene uyu mwaka ugendera mumasezerano y’Imana, kuko yo iteramira ijambo ryayo kugirango irishitse. Nawe ntudohoke ku masezerano, ikiganza ciza c’Imana cabaye kuri Yosefu, uyu musi ni wewe. Amen Amen. Itanguriro 39: 21-23

This entry was posted in Ubutumwa. Bookmark the permalink.

Leave a Reply

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s